Inama nshingamateka ya New Zealand/Nouvelle-Zélande yatoye guhagarika abashingamateka batatu b'aba Māori kubera imyiyerekano y'intambo yabo yitwa Haka batamvye mw'ikoraniro ryabaye mu mwaka uheze.
Sherrie Silver, umunya Rwandakazi w'imyaka 23, avuga ko gutamba yavyigiye mw'isengero nk'abandi bakobwa benshi bo muri Afrika. © 2026 BBC. BBC ntibazwa ibivuye ku ...