Abantu 97 nibo baguye muri rya sanganya ry'ejo mu gihugu ca Pakistani, babiri bakaba ari bo barokotse. Muhammad Zubair ni umwe muri abo barokotse, akavuga ati: "Ikintu co nyene nabona wari umuriro".
Mu bantu barenga 100 bapfuye basomye nturi mu ntango z’ino ndwi igihe ubwato bwatwarwa mu ruzi Niger hagati muri Nigeria, harimwo abavyeyi benshi bariko baragerageza kurokora abana babo, nk’uko umwe ...